Matayo 26:69 Bibiliya y’isi nshasha 69 Petero yari yicaye hanze mu rugo; umusukukazi umwe aza amugana, avuga ati: “Na wewe wari kumwe na Yezu Umunyagalilaya+!” Luka 22:55 Bibiliya y’isi nshasha 55 Igihe bacana umuriro hagati mu rugo hanyuma bakicara hamwe, Petero yari yicaye muri bo+. Yohani 18:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Ico gihe abashumba n’abapolisi bari bahagaze ng’aho; bari bacanye umuriro w’amakara+, kuko hari hakanye, bakaba bariko barota. Na Petero yari ahagararanye na bo yota.
69 Petero yari yicaye hanze mu rugo; umusukukazi umwe aza amugana, avuga ati: “Na wewe wari kumwe na Yezu Umunyagalilaya+!”
18 Ico gihe abashumba n’abapolisi bari bahagaze ng’aho; bari bacanye umuriro w’amakara+, kuko hari hakanye, bakaba bariko barota. Na Petero yari ahagararanye na bo yota.