Matayo 27:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Maze Pilato amubwira ati: “Ntiwumva ivyo bariko barakwagiriza uko bingana+?” Yohani 19:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Pilato amubwira rero ati: “Nta co umbwira+? Ntuzi yuko mfise ububasha bwo kukurekura nkagira n’ubwo kukumanika?”
10 Pilato amubwira rero ati: “Nta co umbwira+? Ntuzi yuko mfise ububasha bwo kukurekura nkagira n’ubwo kukumanika?”