Matayo 27:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Bageze ahantu hitwa Gologota+, ni ukuvuga ngo: Ahantu h’Agahanga, Luka 23:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Bageze ahantu hitwa Gahanga+, bamumanikaho na za nkozi z’ikibi, imwe iburyo bwiwe, iyindi ibubamfu bwiwe+. Yohani 19:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Ubwiwe yikorera igiti co kubabarizwako+, agenda+ ahantu hitwa Ahantu h’Agahanga, ari ho bita Gologota mu giheburayo+; Abaheburayo 13:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Ni co gituma na Yezu, kugira ngo yezeshe+ abantu amaraso+ yiwe bwite, yababarijwe inyuma y’irembo+.
33 Bageze ahantu hitwa Gahanga+, bamumanikaho na za nkozi z’ikibi, imwe iburyo bwiwe, iyindi ibubamfu bwiwe+.
17 Ubwiwe yikorera igiti co kubabarizwako+, agenda+ ahantu hitwa Ahantu h’Agahanga, ari ho bita Gologota mu giheburayo+;
12 Ni co gituma na Yezu, kugira ngo yezeshe+ abantu amaraso+ yiwe bwite, yababarijwe inyuma y’irembo+.