Matayo 27:51 Bibiliya y’isi nshasha 51 Irido+ ry’aheranda rica ritantamukamwo kubiri, kuva hejuru gushika hasi+, isi iranyiganyiga, ibitandara na vyo birasatagurika+. Luka 23:45 Bibiliya y’isi nshasha 45 kubera ko umuco w’izuba wazimanganye; maze irido+ ry’aheranda ritantamukira hagati na hagati+.
51 Irido+ ry’aheranda rica ritantamukamwo kubiri, kuva hejuru gushika hasi+, isi iranyiganyiga, ibitandara na vyo birasatagurika+.