Matayo 27:54 Bibiliya y’isi nshasha 54 Mugabo intwazangabo hamwe n’abari kumwe na yo barinze Yezu, babonye iyo nyamugigima be n’ibintu biriko biraba, batekerwa n’ubwoba, bavuga bati: “Ni ivy’ukuri, uyu yari Umwana w’Imana+.” Luka 23:47 Bibiliya y’isi nshasha 47 Intwazangabo ngo ibone ibibaye, itangura kuninahaza Imana, ivuga iti: “Vy’ukuri uyu muntu yari umugororotsi+.”
54 Mugabo intwazangabo hamwe n’abari kumwe na yo barinze Yezu, babonye iyo nyamugigima be n’ibintu biriko biraba, batekerwa n’ubwoba, bavuga bati: “Ni ivy’ukuri, uyu yari Umwana w’Imana+.”
47 Intwazangabo ngo ibone ibibaye, itangura kuninahaza Imana, ivuga iti: “Vy’ukuri uyu muntu yari umugororotsi+.”