Mariko 9:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Buno nyene se wa nya mwana arasemerera ati: “Ndizeye! Mfasha aho mbuze ukwizera+!” Abanyefeso 2:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Mu vy’ukuri, ubwo buntu ata wari abukwiriye ni bwo mwakirishijwe biciye mu kwizera+; kandi ivyo ntibiva kuri mwebwe+, ni ingabirano y’Imana+. Abaheburayo 12:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 dushinze ijisho ya Mboneza+ akaba na We atuma ukwizera kwacu kuba ukutagira akanenge+, ari we Yezu. Ku bw’akanyamuneza yashizwe imbere yarihanganiye+ igiti co kubabarizwako, asuzugura ibimaramare, kandi yicaye iburyo bw’intebe y’ubwami y’Imana+.
8 Mu vy’ukuri, ubwo buntu ata wari abukwiriye ni bwo mwakirishijwe biciye mu kwizera+; kandi ivyo ntibiva kuri mwebwe+, ni ingabirano y’Imana+.
2 dushinze ijisho ya Mboneza+ akaba na We atuma ukwizera kwacu kuba ukutagira akanenge+, ari we Yezu. Ku bw’akanyamuneza yashizwe imbere yarihanganiye+ igiti co kubabarizwako, asuzugura ibimaramare, kandi yicaye iburyo bw’intebe y’ubwami y’Imana+.