Matayo 9:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Yezu arahindukira, aramubona, avuga ati: “Rema, mukobwa wanje; ukwizera kwawe kuragukijije+.” Kuva kuri iyo saha nya mugore arakira+. Mariko 5:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Na we amubwira ati: “Mukobwa wanje, ukwizera kwawe kuragukijije. Genda amahoro+, ukire indwara yawe isesereza+.” Luka 7:50 Bibiliya y’isi nshasha 50 Mugabo abwira nya mugore ati: “Ukwizera kwawe kuragukijije+; niwigire amahoro+.”
22 Yezu arahindukira, aramubona, avuga ati: “Rema, mukobwa wanje; ukwizera kwawe kuragukijije+.” Kuva kuri iyo saha nya mugore arakira+.
34 Na we amubwira ati: “Mukobwa wanje, ukwizera kwawe kuragukijije. Genda amahoro+, ukire indwara yawe isesereza+.”