Matayo 9:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Yezu aca ababwira ati: “None abagenzi b’umukwe hari impamvu bafise yo kugandara kandi umukwe+ akiri kumwe na bo? Mugabo hazoza imisi aho umukwe azokurwa+ muri bo, ni ho rero bazoheza bakisonzesha+. Luka 5:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Yamara hazoza imisi aho umukwe+ azokurwa muri bo koko+; bazoheza rero bisonzeshe muri iyo misi+.” Yohani 8:56 Bibiliya y’isi nshasha 56 Aburahamu so yaranezererwa cane icizigiro co kubona umusi wanje+, kandi yarawubonye, aranezerwa+.”
15 Yezu aca ababwira ati: “None abagenzi b’umukwe hari impamvu bafise yo kugandara kandi umukwe+ akiri kumwe na bo? Mugabo hazoza imisi aho umukwe azokurwa+ muri bo, ni ho rero bazoheza bakisonzesha+.
56 Aburahamu so yaranezererwa cane icizigiro co kubona umusi wanje+, kandi yarawubonye, aranezerwa+.”