Imigani 30:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Hari iyaruka rityoroye mu maso yaryo bwite+ mugabo rituhagiwe umwanda waryo mukuru+. Luka 10:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Mugabo nya muntu ashaka kwiyerekana ko ari umugororotsi, abwira Yezu ati: “None mugenzanje ni nde+?”
29 Mugabo nya muntu ashaka kwiyerekana ko ari umugororotsi, abwira Yezu ati: “None mugenzanje ni nde+?”