Matayo 19:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Maze abana batoyi bazanwa kuri we, kugira abarambikeko ibiganza yongere asenge; mugabo abigishwa barabakankamira+. Mariko 10:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Buno abantu batangura kumuzanira abana batoyi ngo abakoreko; mugabo abigishwa barabakankamira+.
13 Maze abana batoyi bazanwa kuri we, kugira abarambikeko ibiganza yongere asenge; mugabo abigishwa barabakankamira+.