Matayo 20:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Yezu bimutera ikigongwe, akora ku maso yabo+, buno nyene baca barabona, hanyuma baramukurikira+. Luka 7:50 Bibiliya y’isi nshasha 50 Mugabo abwira nya mugore ati: “Ukwizera kwawe kuragukijije+; niwigire amahoro+.” Luka 17:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Amubwira ati: “Haguruka wigire; ukwizera kwawe kuragukijije+.”