Matayo 21:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 ababwira ati: “Nimuje muri kiriya kigwati mubona, muca muhasanga indogobwa iziritse iri kumwe n’umwana wayo; mubiziture, mubinzanire+. Mariko 11:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 ababwira ati: “Nimugende muri kiriya kigwati mubona, hanyuma mukicinjiramwo murahasanga umwana w’indogobwa uziritse, ata muntu n’umwe aricarako; muwuziture, muwuzane+.
2 ababwira ati: “Nimuje muri kiriya kigwati mubona, muca muhasanga indogobwa iziritse iri kumwe n’umwana wayo; mubiziture, mubinzanire+.
2 ababwira ati: “Nimugende muri kiriya kigwati mubona, hanyuma mukicinjiramwo murahasanga umwana w’indogobwa uziritse, ata muntu n’umwe aricarako; muwuziture, muwuzane+.