Matayo 21:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Benshi muri iryo sinzi basasa mu nzira impuzu zabo zo hejuru+, abandi na bo baca amashami ku biti bayasasa mu nzira+. Mariko 11:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Vyongeye, benshi basasa mu nzira impuzu zabo zo hejuru+, mugabo abandi baca amashami+ mu matongo+.
8 Benshi muri iryo sinzi basasa mu nzira impuzu zabo zo hejuru+, abandi na bo baca amashami ku biti bayasasa mu nzira+.