Yesaya 6:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Umutima w’aba bantu nuwudadaze+, amatwi yabo uyakomantaze+, umatanye amaso yabo, kugira ntibaboneshe amaso yabo, n’amatwi yabo ntibayumvishe, no kugira ngo umutima wabo ntutegere, no kugira ntibahindukire koko ngo bakizwe+.” Matayo 13:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 kandi ubuhanuzi bwa Yesaya buriko burabarangukirako, ubuvuga buti: ‘Kwumva muzokwumva, mugabo ntimuzogenda mutegereye insobanuro; kandi kuraba muzoraba, mugabo ntimuzogenda mubonye+. Mariko 4:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 kugira ngo naho baraba, barabe yamara ntibabone, kandi naho bumva, bumve yamara ntibategere insobanuro, canke ngo bigere bahindukira ngo bababarirwe+.” Ivyakozwe 28:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 iti: ‘Genda kuri aba bantu uvuge uti: “Kwumva muzokwumva, mugabo ntimuzogenda mutegereye; kandi kuraba muzoraba, mugabo ntimuzogenda mubonye+. Abaroma 11:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 nk’uko vyanditswe ngo: “Imana yabahaye impwemu y’itiro rirerire+, ibaha amaso kugira ntibabone, n’amatwi kugira ntibumve, gushika n’uyu musi+.”
10 Umutima w’aba bantu nuwudadaze+, amatwi yabo uyakomantaze+, umatanye amaso yabo, kugira ntibaboneshe amaso yabo, n’amatwi yabo ntibayumvishe, no kugira ngo umutima wabo ntutegere, no kugira ntibahindukire koko ngo bakizwe+.”
14 kandi ubuhanuzi bwa Yesaya buriko burabarangukirako, ubuvuga buti: ‘Kwumva muzokwumva, mugabo ntimuzogenda mutegereye insobanuro; kandi kuraba muzoraba, mugabo ntimuzogenda mubonye+.
12 kugira ngo naho baraba, barabe yamara ntibabone, kandi naho bumva, bumve yamara ntibategere insobanuro, canke ngo bigere bahindukira ngo bababarirwe+.”
26 iti: ‘Genda kuri aba bantu uvuge uti: “Kwumva muzokwumva, mugabo ntimuzogenda mutegereye; kandi kuraba muzoraba, mugabo ntimuzogenda mubonye+.
8 nk’uko vyanditswe ngo: “Imana yabahaye impwemu y’itiro rirerire+, ibaha amaso kugira ntibabone, n’amatwi kugira ntibumve, gushika n’uyu musi+.”