Matayo 21:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Amaze kwinjira mu rusengero, abakuru b’abaherezi be n’abagabo b’inararibonye bo muri ico gisata baza kuri we igihe yariko arigisha, bavuga+ bati: “Ni ububasha ki butuma ukora ivyo bintu? Kandi ni nde yabuguhaye+?”
23 Amaze kwinjira mu rusengero, abakuru b’abaherezi be n’abagabo b’inararibonye bo muri ico gisata baza kuri we igihe yariko arigisha, bavuga+ bati: “Ni ububasha ki butuma ukora ivyo bintu? Kandi ni nde yabuguhaye+?”