Matayo 21:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Nitwavuga na ho ngo ‘Ku bantu,’ turatinya isinzi+, kuko bose Yohani bamufata nk’umuhanuzi+.” Mariko 11:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Mugabo none, duhirahire tuvuge ngo ‘Ku bantu’?”... Batinya isinzi, kuko abo bose bemera yuko Yohani yari umuhanuzi vy’ukuri+.
32 Mugabo none, duhirahire tuvuge ngo ‘Ku bantu’?”... Batinya isinzi, kuko abo bose bemera yuko Yohani yari umuhanuzi vy’ukuri+.