Yesaya 9:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Kuko hari umwana atuvukiye+, hari umuhungu duhawe+; ubutware bwa kiganwa buzoba ku rutugu rwiwe+. Kandi izina azokwitwa ni Umujanama w’agatangaza+, Imana ikomeye+, Data ahoraho+, Umuganwa w’amahoro+. Yesaya 19:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Kizoba ikimenyetso n’intahe kuri Yehova nyen’ingabo mu gihugu ca Misiri+; kuko bazoririra Yehova kubera abanyagahahazo+, na we azobarungikira umukiza, mbere ahambaye, azobarokora vy’ukuri+.
6 Kuko hari umwana atuvukiye+, hari umuhungu duhawe+; ubutware bwa kiganwa buzoba ku rutugu rwiwe+. Kandi izina azokwitwa ni Umujanama w’agatangaza+, Imana ikomeye+, Data ahoraho+, Umuganwa w’amahoro+.
20 Kizoba ikimenyetso n’intahe kuri Yehova nyen’ingabo mu gihugu ca Misiri+; kuko bazoririra Yehova kubera abanyagahahazo+, na we azobarungikira umukiza, mbere ahambaye, azobarokora vy’ukuri+.