Ivyakozwe 2:36 Bibiliya y’isi nshasha 36 Nuko rero inzu ya Isirayeli yose nimenye ata gukeka yuko Imana yamugize Umukama+ na Kristu, uwo Yezu mwebwe mwamanitse+.” Abafilipi 2:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 no kugira ngo ururimi rwose rwemange icese+ yuko Yezu Kristu ari Umukama+ ku bw’ubuninahazwa bw’Imana ari yo Data+.
36 Nuko rero inzu ya Isirayeli yose nimenye ata gukeka yuko Imana yamugize Umukama+ na Kristu, uwo Yezu mwebwe mwamanitse+.”
11 no kugira ngo ururimi rwose rwemange icese+ yuko Yezu Kristu ari Umukama+ ku bw’ubuninahazwa bw’Imana ari yo Data+.