Matayo 6:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 “Ku bw’ivyo ndababwiye nti: Mureke kuganyira+ ubuzima bwanyu ku vyo muzorya canke ivyo muzonywa, canke kuganyira imibiri yanyu ku vyo muzokwambara+. Mbega ubuzima ntiburuta ibifungurwa, n’umubiri ukaruta ivyambarwa+? 1 Timoteyo 6:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Iyo rero dufise ivyo kurya n’ivyo kwambara, ivyo biratubumba+.
25 “Ku bw’ivyo ndababwiye nti: Mureke kuganyira+ ubuzima bwanyu ku vyo muzorya canke ivyo muzonywa, canke kuganyira imibiri yanyu ku vyo muzokwambara+. Mbega ubuzima ntiburuta ibifungurwa, n’umubiri ukaruta ivyambarwa+?