Matayo 26:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Maze umwe muri bamwe cumi na babiri, ari we yitwa Yuda Isikariyoti+, aja ku bakuru b’abaherezi, Mariko 14:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Hanyuma Yuda Isikariyoti, umwe muri bamwe cumi na babiri, agenda ku bakuru b’abaherezi kugira amugabure kuri bo+. Yohani 6:70 Bibiliya y’isi nshasha 70 Yezu abishura ati: “Sinabatoye none mwebwe cumi na babiri+? Yamara umwe muri mwebwe ni umubesheranyi+.” Yohani 13:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Bakibandanya kwihereza imfungurwa zo ku mugoroba, Shetani* akaba yari amaze gushira mu mutima wa Yuda Isikariyoti+, mwene Simoni, ivyo kumugura+, Yohani 13:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Yuda amaze kwakira ico kimanyu, Shetani aca amwinjiramwo+. Yezu rero amubwira ati: “Ico uriko urakora gikore ningoga.” Ivyakozwe 1:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 kubera ko yari yaharuwe muri twebwe+ kandi akaronka uruhara muri ubu busuku+.
10 Hanyuma Yuda Isikariyoti, umwe muri bamwe cumi na babiri, agenda ku bakuru b’abaherezi kugira amugabure kuri bo+.
70 Yezu abishura ati: “Sinabatoye none mwebwe cumi na babiri+? Yamara umwe muri mwebwe ni umubesheranyi+.”
2 Bakibandanya kwihereza imfungurwa zo ku mugoroba, Shetani* akaba yari amaze gushira mu mutima wa Yuda Isikariyoti+, mwene Simoni, ivyo kumugura+,
27 Yuda amaze kwakira ico kimanyu, Shetani aca amwinjiramwo+. Yezu rero amubwira ati: “Ico uriko urakora gikore ningoga.”