Zakariya 11:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Maze ndababwira nti: “Nimba ari vyiza mu maso yanyu+, nimumpe impembo yanje; atari ukwo na ho, mureke.” Bampa rero impembo yanje: ibiceri mirongo itatu vy’ifeza+. Matayo 26:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 avuga ati: “Mumpa iki ngo ndamugabure kuri mwebwe+?” Bamugenera ibiceri mirongo itatu vy’ifeza+. 1 Timoteyo 6:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Kuko urukundo+ rw’amahera ari umuzi+ w’ibibi vy’ubwoko bwose+, kandi mu kurondera gushikira urwo rukundo bamwe barahubijwe bava ku kwizera, bitobekeranisha hose imibabaro myinshi+. Yuda 11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Barigorewe, kuko bagiye mu nzira ya Kayini+, kandi bitaye mu ngendo y’ubuzimire ya Balamu+ barondera impembo, batikirira muri rya jambo ry’ubugumutsi+ rya Kora+!
12 Maze ndababwira nti: “Nimba ari vyiza mu maso yanyu+, nimumpe impembo yanje; atari ukwo na ho, mureke.” Bampa rero impembo yanje: ibiceri mirongo itatu vy’ifeza+.
10 Kuko urukundo+ rw’amahera ari umuzi+ w’ibibi vy’ubwoko bwose+, kandi mu kurondera gushikira urwo rukundo bamwe barahubijwe bava ku kwizera, bitobekeranisha hose imibabaro myinshi+.
11 Barigorewe, kuko bagiye mu nzira ya Kayini+, kandi bitaye mu ngendo y’ubuzimire ya Balamu+ barondera impembo, batikirira muri rya jambo ry’ubugumutsi+ rya Kora+!