Matayo 26:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Nuko kuva ico gihe aguma arondera akaryo keza ko kumugabura+. Mariko 14:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Bavyumvise, baranezerwa, baca basezerana kumuha amafeza+. Nuko atangura kurondera akaryo keza ko kumugabura+.
11 Bavyumvise, baranezerwa, baca basezerana kumuha amafeza+. Nuko atangura kurondera akaryo keza ko kumugabura+.