Matayo 26:58 Bibiliya y’isi nshasha 58 Mugabo Petero aguma amukurikira agendera kure gushika mu rugo+ rw’umuherezi mukuru, hanyuma amaze kwinjira, yicarana n’abasuku bo mu rugo ngo arabe ikivamwo+. Mariko 14:54 Bibiliya y’isi nshasha 54 Mugabo Petero amukurikira+ agendera kure, gushika mu rugo rw’umuherezi mukuru; yicarana n’abasuku bo mu rugo ariko yota agacanwa kabengagira. Yohani 18:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Ico gihe Simoni Petero, hamwe n’uwundi mwigishwa, yariko arakurikira Yezu+. Uwo mwigishwa yari azinanyi n’umuherezi mukuru, hanyuma yinjirana na Yezu mu rugo rw’umuherezi mukuru,
58 Mugabo Petero aguma amukurikira agendera kure gushika mu rugo+ rw’umuherezi mukuru, hanyuma amaze kwinjira, yicarana n’abasuku bo mu rugo ngo arabe ikivamwo+.
54 Mugabo Petero amukurikira+ agendera kure, gushika mu rugo rw’umuherezi mukuru; yicarana n’abasuku bo mu rugo ariko yota agacanwa kabengagira.
15 Ico gihe Simoni Petero, hamwe n’uwundi mwigishwa, yariko arakurikira Yezu+. Uwo mwigishwa yari azinanyi n’umuherezi mukuru, hanyuma yinjirana na Yezu mu rugo rw’umuherezi mukuru,