Abalewi 12:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 “Bwira bene Isirayeli uti: ‘Umugore niyasama inda*+ akavyara umuhungu, ategerezwa kuba uwuhumanye imisi indwi; nka kurya kwo mu misi y’ubuhumane igihe ari mu butinyanka, azoba uwuhumanye+.
2 “Bwira bene Isirayeli uti: ‘Umugore niyasama inda*+ akavyara umuhungu, ategerezwa kuba uwuhumanye imisi indwi; nka kurya kwo mu misi y’ubuhumane igihe ari mu butinyanka, azoba uwuhumanye+.