Matayo 14:1 Bibiliya y’isi nshasha 14 Ico gihe nyene, Herodi umutware w’intara, yumva inkuru yerekeye Yezu+, Mariko 6:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Maze bishika mu gutwi kw’Umwami Herodi, kuko izina rya Yezu ryari ryamenyekanye cane, abantu bakaba bariko bavuga bati: “Yohani umubatizi yazuwe mu bapfuye, ari co gituma akora ibikorwa vy’ububasha+.”
14 Maze bishika mu gutwi kw’Umwami Herodi, kuko izina rya Yezu ryari ryamenyekanye cane, abantu bakaba bariko bavuga bati: “Yohani umubatizi yazuwe mu bapfuye, ari co gituma akora ibikorwa vy’ububasha+.”