Matayo 27:57 Bibiliya y’isi nshasha 57 Kubera bwari bugorovye, haza umugabo w’umutunzi w’i Arimateya yitwa Yozefu, na we nyene akaba yari yaracitse umwigishwa wa Yezu+. Mariko 15:43 Bibiliya y’isi nshasha 43 haza Yozefu w’i Arimateya, umuntu w’umwubahwa wo mu Nama Nkuru, na we nyene akaba yari arindiriye ubwami bw’Imana+. Ararinduka aja kwa Pilato asaba ikiziga+ ca Yezu. Yohani 19:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 Nuko inyuma y’ivyo, Yozefu w’i Arimateya, uwari umwigishwa wa Yezu mugabo wo mu mpisho kubera yatinya Abayuda+, asaba Pilato uruhusha rwo gukuraho ikiziga ca Yezu; Pilato na we ararumuha+. Nuko rero araza, akuraho ikiziga ciwe+.
57 Kubera bwari bugorovye, haza umugabo w’umutunzi w’i Arimateya yitwa Yozefu, na we nyene akaba yari yaracitse umwigishwa wa Yezu+.
43 haza Yozefu w’i Arimateya, umuntu w’umwubahwa wo mu Nama Nkuru, na we nyene akaba yari arindiriye ubwami bw’Imana+. Ararinduka aja kwa Pilato asaba ikiziga+ ca Yezu.
38 Nuko inyuma y’ivyo, Yozefu w’i Arimateya, uwari umwigishwa wa Yezu mugabo wo mu mpisho kubera yatinya Abayuda+, asaba Pilato uruhusha rwo gukuraho ikiziga ca Yezu; Pilato na we ararumuha+. Nuko rero araza, akuraho ikiziga ciwe+.