43 haza Yozefu w’i Arimateya, umuntu w’umwubahwa wo mu Nama Nkuru, na we nyene akaba yari arindiriye ubwami bw’Imana+. Ararinduka aja kwa Pilato asaba ikiziga+ ca Yezu.
25 Kandi ehe i Yeruzalemu hari umugabo yitwa Simeyoni, uwo mugabo akaba yari umugororotsi, atinya Imana, yari arindiriye ukwirurwa kwa Isirayeli+, kandi impwemu nyeranda yari kuri we.