Matayo 2:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 hanyuma araza aba mu gisagara citwa Nazareti+, kugira haranguke ivyavuzwe biciye ku bahanuzi, ngo: “Azokwitwa Umunyanazareti+.” Luka 1:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Mu kwezi kwiwe kugira gatandatu, umumarayika Gaburiyeli+ atumwa n’Imana ku gisagara c’i Galilaya citwa Nazareti,
23 hanyuma araza aba mu gisagara citwa Nazareti+, kugira haranguke ivyavuzwe biciye ku bahanuzi, ngo: “Azokwitwa Umunyanazareti+.”
26 Mu kwezi kwiwe kugira gatandatu, umumarayika Gaburiyeli+ atumwa n’Imana ku gisagara c’i Galilaya citwa Nazareti,