1 Abami 19:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ariko we aja mu gahinga, ahareha n’urugendo rw’umusi umwe, amaherezo aja kwicara munsi y’igiti kimwe c’umugoti+. Nuko atangura gusaba ko yokwipfira, avuga ati: “Biramaze! None rero, ewe Yehova, nkuraho+, kuko ntaruta ba sogokuruza banje.”
4 Ariko we aja mu gahinga, ahareha n’urugendo rw’umusi umwe, amaherezo aja kwicara munsi y’igiti kimwe c’umugoti+. Nuko atangura gusaba ko yokwipfira, avuga ati: “Biramaze! None rero, ewe Yehova, nkuraho+, kuko ntaruta ba sogokuruza banje.”