Kuvayo 23:1 Bibiliya y’isi nshasha 23 “Ntuze utwarire hejuru inkuru y’ububeshi+. Ntugafatanye n’umubisha mu kuba icabona gitegura imigambi y’ubukazi+. Kuvayo 23:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 “Uraguma uzibukiriye ijambo ry’ikinyoma+. Kandi ntiwice intungane n’umugororotsi, kuko ntazokwita umubisha umugororotsi+. Abalewi 19:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 “‘Ntimukibe+, ntimugahendane+, kandi ntimugakoreshe ikinyoma umwe wese kuri mugenziwe+. Imigani 6:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 icabona c’ikinyoma gisuka ububeshi+, be n’uwo wese atera amahane mu bavukana+.
23 “Ntuze utwarire hejuru inkuru y’ububeshi+. Ntugafatanye n’umubisha mu kuba icabona gitegura imigambi y’ubukazi+.
7 “Uraguma uzibukiriye ijambo ry’ikinyoma+. Kandi ntiwice intungane n’umugororotsi, kuko ntazokwita umubisha umugororotsi+.