Yohani 8:59 Bibiliya y’isi nshasha 59 Baca batora amabuye ngo bayamutere+; mugabo Yezu arinyegeza hanyuma arasohoka, ava mu rusengero. Yohani 10:39 Bibiliya y’isi nshasha 39 Baca rero bongera kugerageza kumufata+; mugabo arabasiga+.