Mariko 1:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Hanyuma baja i Kaperinawumu+. Hakigera kw’isabato, yinjira mw’isinagogi, atangura kwigisha.