Matayo 8:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Maze Yezu aje mu nzu kwa Petero, abona inabukwe+ wiwe aryamye, arwaye inyonko+. Mariko 1:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Kandi inabukwe wa Simoni+ yari aryamye arwaye inyonko+, baca bamubwira ivy’uwo mugore.