Luka 2:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 kuko uno musi Umukiza+ yabavukiye, akaba ari Kristu Umukama+, mu gisagara ca Dawidi+. Luka 4:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 “Aaa! Duhuriye ku ki nawe+, ga Yezu Umunyanazareti+? Uje kuduhonya? Ndazi+ neza uwo uri we, uri wa Mweranda w’Imana+.”
34 “Aaa! Duhuriye ku ki nawe+, ga Yezu Umunyanazareti+? Uje kuduhonya? Ndazi+ neza uwo uri we, uri wa Mweranda w’Imana+.”