Mariko 1:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Mu gatondo ka kare, hakiri mu kajoro, aravyuka aja hanze, hanyuma aja mu gahinga+, maze ari ng’aho atangura gusenga+.
35 Mu gatondo ka kare, hakiri mu kajoro, aravyuka aja hanze, hanyuma aja mu gahinga+, maze ari ng’aho atangura gusenga+.