ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 4:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Baca baheba za nsenga+, baramukurikira.

  • Matayo 6:33
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 33 “Gume rero mubanza kurondera ubwami n’ubugororotsi bw’Imana+, ivyo bindi vyose na vyo muzovyongerwa+.

  • Matayo 19:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 Maze Petero amwishura ati: “Ehe twebwe twarasize vyose turagukurikira; none vy’ukuri tuzohakura iki+?”

  • Mariko 1:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 bidatevye arabahamagara. Na bo basiga se Zebedayo mu bwato ari kumwe n’abacangero, baramukurikira.

  • Luka 18:28
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 28 Mugabo Petero avuga ati: “Ehe twebwe twarasize ivyacu turagukurikira+.”

  • Abafilipi 3:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Mbere ku bw’ivyo ibintu vyose mbona koko yuko ari uruhombo kubera agaciro gahebuje ko kumenya Kristu Yezu Umukama wanje+. Kubera we, naremeye guhomba ibintu vyose ndabibona nk’ikigunguzi c’umwanda+, kugira ngo nunguke Kristu

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika