Matayo 8:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Maze haza umuntu arwaye imibembe+, atangura kwikubita imbere yiwe, avuga ati: “Mukama, ubishatse gusa, urashobora kumpumanura.” Mariko 1:40 Bibiliya y’isi nshasha 40 Haza kandi umunyamibembe kuri we, aramwinginga yahevye arapfukama, avuga ati: “Ubishatse gusa, urashobora kumpumanura+.”
2 Maze haza umuntu arwaye imibembe+, atangura kwikubita imbere yiwe, avuga ati: “Mukama, ubishatse gusa, urashobora kumpumanura.”
40 Haza kandi umunyamibembe kuri we, aramwinginga yahevye arapfukama, avuga ati: “Ubishatse gusa, urashobora kumpumanura+.”