Mariko 5:42 Bibiliya y’isi nshasha 42 Buno nyene nya mwigeme arahaguruka hanyuma atangura kugendagenda, akaba yari afise imyaka cumi n’ibiri. Baca bagwa mu gahundwe bikugura cane+. Ivyakozwe 3:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Vyongeye, baramumenya, yuko ari umwe yahora yicara asaba imfashanyo kw’Irembo Ryiza+ ry’urusengero, barajongoroka, barikugura+ kubera ivyari vyamubayeko.
42 Buno nyene nya mwigeme arahaguruka hanyuma atangura kugendagenda, akaba yari afise imyaka cumi n’ibiri. Baca bagwa mu gahundwe bikugura cane+.
10 Vyongeye, baramumenya, yuko ari umwe yahora yicara asaba imfashanyo kw’Irembo Ryiza+ ry’urusengero, barajongoroka, barikugura+ kubera ivyari vyamubayeko.