Matayo 9:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Hanyuma Yezu ariko ararengana avuye aho hantu, abona umuntu yitwa Matayo yicaye ku biro vy’ikori, amubwira ati: “Nkurikira+.” Aca arahaguruka aramukurikira+. Mariko 2:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Mugabo ariko ararengana, abona Lewi+ mwene Alufayo yicaye ku biro vy’ikori, amubwira ati: “Nkurikira.” Na we arahaguruka aramukurikira+.
9 Hanyuma Yezu ariko ararengana avuye aho hantu, abona umuntu yitwa Matayo yicaye ku biro vy’ikori, amubwira ati: “Nkurikira+.” Aca arahaguruka aramukurikira+.
14 Mugabo ariko ararengana, abona Lewi+ mwene Alufayo yicaye ku biro vy’ikori, amubwira ati: “Nkurikira.” Na we arahaguruka aramukurikira+.