Luka 5:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Nuko bagarukana bwa bwato i musozi, baheba vyose baramukurikira+.