Matayo 9:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Maze abigishwa ba Yohani baza kuri we, babaza bati: “Kubera iki twe n’Abafarizayo twisonzesha mugabo abigishwa bawe ntibisonzeshe+?” Mariko 2:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Ico gihe abigishwa ba Yohani n’Abafarizayo barisonzesha. Nuko baraza, bamubwira bati: “Ni kubera iki abigishwa ba Yohani n’abigishwa b’Abafarizayo bisonzesha, mugabo abigishwa bawe ntibisonzeshe+?” Luka 7:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Umwana w’umuntu yaje arya, anywa, mugabo muvuga ngo: ‘Ehe umukunzi w’inda kandi yatwawe n’umuvinyu, umugenzi w’abatozakori n’abacumuzi+!’
14 Maze abigishwa ba Yohani baza kuri we, babaza bati: “Kubera iki twe n’Abafarizayo twisonzesha mugabo abigishwa bawe ntibisonzeshe+?”
18 Ico gihe abigishwa ba Yohani n’Abafarizayo barisonzesha. Nuko baraza, bamubwira bati: “Ni kubera iki abigishwa ba Yohani n’abigishwa b’Abafarizayo bisonzesha, mugabo abigishwa bawe ntibisonzeshe+?”
34 Umwana w’umuntu yaje arya, anywa, mugabo muvuga ngo: ‘Ehe umukunzi w’inda kandi yatwawe n’umuvinyu, umugenzi w’abatozakori n’abacumuzi+!’