ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ezekiyeli 3:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 Ururimi rwawe nzorumatanya n’amagage y’akanwa kawe+, kandi ntuzobura gucika ikiragi+, kandi ntuzobabera uwutanga igikangiro+, kuko ari inzu y’ingarariji+.

  • Ezekiyeli 24:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 Kuri uwo musi akanwa kawe kazoteranurirwa uwo yacitse kw’icumu+, uvuge, ntusubire kuba ikiragi+; uzobabera koko imburizi+, kandi bazobwirizwa kumenya yuko jewe ndi Yehova+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika