1 Abami 17:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Nuko Eliya atora uwo mwana, aramumanukana amukuye muri nya cumba co hejuru hanyuma amuha nyina; maze Eliya avuga ati: “Ehe umuhungu wawe ni muzima+.” 2 Abami 4:36 Bibiliya y’isi nshasha 36 Nuko ahamagara Gehazi hanyuma avuga ati: “Hamagara uwo mugore w’Umunyashunemukazi+.” Aramuhamagara rero, yinjira aho Elisha ari. Maze avuga ati: “Tora umuhungu wawe+.”
23 Nuko Eliya atora uwo mwana, aramumanukana amukuye muri nya cumba co hejuru hanyuma amuha nyina; maze Eliya avuga ati: “Ehe umuhungu wawe ni muzima+.”
36 Nuko ahamagara Gehazi hanyuma avuga ati: “Hamagara uwo mugore w’Umunyashunemukazi+.” Aramuhamagara rero, yinjira aho Elisha ari. Maze avuga ati: “Tora umuhungu wawe+.”