Luka 10:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Mugabo aho hose mwinjiye mu gisagara ntibabakire+, musohoke muje mu mayira yagutse yaco, muvuge muti:
10 Mugabo aho hose mwinjiye mu gisagara ntibabakire+, musohoke muje mu mayira yagutse yaco, muvuge muti: