ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Nehemiya 5:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Vyongeye, nkunkumura igice c’impuzu yanje co ku gikiriza maze mvuga nti: “Umuntu wese atazoshitsa iri jambo, uku azobe ari ko Imana y’ukuri imukunkumura ave mu nzu yiwe no mu bintu vyiwe yaronse; kandi uku azobe ari ko akunkumurwa, asigare agaragara.” Ishengero ryose rica rivuga riti: “Amen+!” Maze batangura gushemeza Yehova+. Nuko abantu bakora bisunze iryo jambo+.

  • Matayo 10:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Aho hose umuntu atabakiriye canke ngo yumvirize amajambo yanyu, muvuye muri iyo nzu canke muri ico gisagara, mukunkumure umukungugu ku birenge vyanyu+.

  • Mariko 6:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Kandi ahantu hose batazobakira canke ngo babumvirize, muhavuye muze mukunkumure ivu riri munsi y’ibirenge vyanyu kugira bibere intahe abo bantu+.”

  • Ivyakozwe 13:51
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 51 Bano babakunkumurira umukungugu wo ku birenge vyabo+ baraheza baja muri Ikoniyo.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika