Zaburi 78:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Nuko batangura kuvuga nabi Imana+.Ngo “Mbega Imana irashobora gutunganya imeza mu gahinga+?” Matayo 14:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Mugabo bugorovye abigishwa biwe baza kuri we, bavuga bati: “Aha hantu ni mu gahinga kandi amasaha aramaze kwiterera; nurungike ayo masinzi, bagende mu bigwati bigurire ivyo kurya+.” Mariko 6:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Ico gihe amasaha yari ageze kure, hanyuma abigishwa biwe baza kuri we, bavuga bati: “Aha hantu ni mu gahinga ka nyaganande, kandi amasaha amaze kugera kure+. Yohani 6:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Yezu yunamuye amaso rero akabona yuko isinzi rinini ririko riraza kuri we, abwira Filipo ati: “Tugurira hehe imikate kugira aba barye+?”
15 Mugabo bugorovye abigishwa biwe baza kuri we, bavuga bati: “Aha hantu ni mu gahinga kandi amasaha aramaze kwiterera; nurungike ayo masinzi, bagende mu bigwati bigurire ivyo kurya+.”
35 Ico gihe amasaha yari ageze kure, hanyuma abigishwa biwe baza kuri we, bavuga bati: “Aha hantu ni mu gahinga ka nyaganande, kandi amasaha amaze kugera kure+.
5 Yezu yunamuye amaso rero akabona yuko isinzi rinini ririko riraza kuri we, abwira Filipo ati: “Tugurira hehe imikate kugira aba barye+?”