2 Abami 4:42 Bibiliya y’isi nshasha 42 Nuko umugabo umwe arashika avuye i Bayali-shalisha+, aza azaniye+ nya muntu w’Imana y’ukuri umukate wo mu vyamwa vya mbere vyeze+, imikate mirongo ibiri ya sayiri*+, n’intete nshasha mw’isaho yiwe y’umukate. Maze avuga ati: “Bihe abantu barye+.”
42 Nuko umugabo umwe arashika avuye i Bayali-shalisha+, aza azaniye+ nya muntu w’Imana y’ukuri umukate wo mu vyamwa vya mbere vyeze+, imikate mirongo ibiri ya sayiri*+, n’intete nshasha mw’isaho yiwe y’umukate. Maze avuga ati: “Bihe abantu barye+.”