Mariko 9:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Baramumuzanira. Mugabo ya mpwemu imubonye ica irahotagura nya mwana, hanyuma amaze kugwa hasi aguma akumbagara, abimba ifuro+. Luka 7:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Maze wa muntu yari yapfuye aricara, atangura kuvuga, araheza amuha nyina+.
20 Baramumuzanira. Mugabo ya mpwemu imubonye ica irahotagura nya mwana, hanyuma amaze kugwa hasi aguma akumbagara, abimba ifuro+.