Luka 9:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Kandi aho hose abantu batabakiriye, muvuye muri ico gisagara+ mukunkumure umukungugu ku birenge vyanyu kugira ngo bibe intahe ibagiriza+.”
5 Kandi aho hose abantu batabakiriye, muvuye muri ico gisagara+ mukunkumure umukungugu ku birenge vyanyu kugira ngo bibe intahe ibagiriza+.”