ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 9:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Ababisha+ bazosubira mu kuzimu+,

      Mbere n’amahanga yose yibagira Imana+.

  • Yesaya 14:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 “Yamara uzomanurwa mu kuzimu+, mu bice vya kure rwose vy’icobo+.

  • Ezekiyeli 26:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 nzokumanukana rero hamwe n’abamanuka muri ca cobo uhamvye aba kera+, ntume uba mu gihugu c’epfo rwose+, nk’ibibanza vyatikijwe kuva kera, hamwe n’abamanuka muri ca cobo+, kugira ngo ntihagire uwusubira kukubamwo; kandi nzoshira ubwiza mu gihugu c’abazima+.

  • Matayo 11:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 Nawe Kaperinawumu+, woba uzoduzwa gushika kw’ijuru? Uzomanuka gushika mu kuzimu+; kubera ko iyo ibikorwa vy’ububasha vyabereye muri wewe biza kuba vyabereye i Sodomu, haba hakiriho gushika n’uno musi.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika